1 Abakorinto 10:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Umuntu wese ntagume arondera akarusho kiwe bwite+, ahubwo arondere ak’uwundi+. Abafilipi 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 umwe wese ubwiwe ntagume araba ivyiwe bwite gusa+, ariko arabe n’ivy’abandi+.