2 Petero 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nuko rero, turafise ijambo ry’ubuhanuzi+ ryagizwe ntakekeranywa kuruta+; kandi muriko mugira neza kuryitwararika nk’itara+ rikayanganira ahantu h’umwiza, gushika umusi utamanzuye n’inyenyeri y’umutwenzi*+ igaseruka, mu mitima yanyu.
19 Nuko rero, turafise ijambo ry’ubuhanuzi+ ryagizwe ntakekeranywa kuruta+; kandi muriko mugira neza kuryitwararika nk’itara+ rikayanganira ahantu h’umwiza, gushika umusi utamanzuye n’inyenyeri y’umutwenzi*+ igaseruka, mu mitima yanyu.