Guharura 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Mu gihugu canyu, nimwinjira mu ntambara yo kurwanya uwubahahaza ariko arabatoteza+, muze mwumvikanishe akamo k’intambara mukoresheje inzumbete+, maze ntimuzobura kwibukwa imbere ya Yehova Imana yanyu, mukizwe abansi banyu+. Yobu 39:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ijwi ry’inzamba rikira kuvuga, na yo iti: Ahaa!Ikiri kure iramoterwa n’urugamba,Intureka y’abakuru be n’akaruru k’intambara+.
9 “Mu gihugu canyu, nimwinjira mu ntambara yo kurwanya uwubahahaza ariko arabatoteza+, muze mwumvikanishe akamo k’intambara mukoresheje inzumbete+, maze ntimuzobura kwibukwa imbere ya Yehova Imana yanyu, mukizwe abansi banyu+.
25 Ijwi ry’inzamba rikira kuvuga, na yo iti: Ahaa!Ikiri kure iramoterwa n’urugamba,Intureka y’abakuru be n’akaruru k’intambara+.