1 Abakorinto 14:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Yamara rero, mw’ishengero nopfuma mvuga amajambo atanu n’umuzirikanyi wanje kugira nigishe n’abandi ku munwa, hako mvuga amajambo ibihumbi cumi mu rundi rurimi+.
19 Yamara rero, mw’ishengero nopfuma mvuga amajambo atanu n’umuzirikanyi wanje kugira nigishe n’abandi ku munwa, hako mvuga amajambo ibihumbi cumi mu rundi rurimi+.