1 Abakorinto 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nimba rero ntategera ico ijwi risohowe n’ururimi rivuze, nzoba ndi umunyamahanga+ ku wuriko aravuga, n’uwuriko aravuga azoba ari umunyamahanga kuri jewe.
11 Nimba rero ntategera ico ijwi risohowe n’ururimi rivuze, nzoba ndi umunyamahanga+ ku wuriko aravuga, n’uwuriko aravuga azoba ari umunyamahanga kuri jewe.