Abafilipi 2:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Muramuhe ikaze rero nk’uko bisanzwe bigirwa+ mu Mukama n’akanyamuneza kose; kandi abantu nk’abo mugume mubafatana iteka+,
29 Muramuhe ikaze rero nk’uko bisanzwe bigirwa+ mu Mukama n’akanyamuneza kose; kandi abantu nk’abo mugume mubafatana iteka+,