1 Yohani 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Twebwe dukomoka ku Mana+. Uwumenye Imana aratwumviriza+; uwudakomoka ku Mana ntatwumviriza+. Ukwo ni ko tumenya ijambo ry’irihumekano ry’ukuri be n’ijambo ry’irihumekano ry’ubuzimire+.
6 Twebwe dukomoka ku Mana+. Uwumenye Imana aratwumviriza+; uwudakomoka ku Mana ntatwumviriza+. Ukwo ni ko tumenya ijambo ry’irihumekano ry’ukuri be n’ijambo ry’irihumekano ry’ubuzimire+.