Kuvayo 34:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Aho Musa amanukiye ava ku musozi Sinayi, nya bisate bibiri vya ca Gishingantahe vyari mu kuboko kwiwe igihe yamanuka ava ku musozi+, kandi Musa ntiyari azi ko urukoba rwo mu maso hiwe rwarekura imishwarara kubera yari yavuganye n’Imana+.
29 Aho Musa amanukiye ava ku musozi Sinayi, nya bisate bibiri vya ca Gishingantahe vyari mu kuboko kwiwe igihe yamanuka ava ku musozi+, kandi Musa ntiyari azi ko urukoba rwo mu maso hiwe rwarekura imishwarara kubera yari yavuganye n’Imana+.