Kuvayo 34:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Kandi bene Isirayeli barabona mu maso ha Musa, yuko urukoba rwo mu maso hiwe rwarekura imishwarara+. Hanyuma Musa yarasubira gushira nya citwikiro mu maso hiwe gushika yinjiye kuvugana n’Imana+.
35 Kandi bene Isirayeli barabona mu maso ha Musa, yuko urukoba rwo mu maso hiwe rwarekura imishwarara+. Hanyuma Musa yarasubira gushira nya citwikiro mu maso hiwe gushika yinjiye kuvugana n’Imana+.