1 Abakorinto 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Gushika kuri iyi saha nyene tubandanya gusonza+, no kunyoterwa+, no guhakwa kwambara ubusa+, no kunokezwa+, no kubura uburaro+, Abakolosayi 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ubu ndanezerwa mu mibabaro ndimwo ku bwanyu+, nanje nkaba ndiko ndakwiza ivyasigaye ku makuba+ ya Kristu mu mubiri wanje ku bw’umubiri wiwe, ari wo shengero+.
11 Gushika kuri iyi saha nyene tubandanya gusonza+, no kunyoterwa+, no guhakwa kwambara ubusa+, no kunokezwa+, no kubura uburaro+,
24 Ubu ndanezerwa mu mibabaro ndimwo ku bwanyu+, nanje nkaba ndiko ndakwiza ivyasigaye ku makuba+ ya Kristu mu mubiri wanje ku bw’umubiri wiwe, ari wo shengero+.