Yesaya 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.” Yohani 12:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 “Yahumye amaso yabo yongera akomantaza imitima yabo+, kugira ngo ntibabone n’amaso yabo, ngo bategere iciyumviro n’imitima yabo hanyuma bahindukire nanje ndabakize+.”
10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.”
40 “Yahumye amaso yabo yongera akomantaza imitima yabo+, kugira ngo ntibabone n’amaso yabo, ngo bategere iciyumviro n’imitima yabo hanyuma bahindukire nanje ndabakize+.”