Abanyefeso 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 mukambara+ wa muntu mushasha+ yaremwe+ hisunzwe ukugomba kw’Imana mu bugororotsi+ bw’ukuri no mu kudahemuka kw’ukuri. Abanyefeso 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nimwigane Imana+ rero nk’abana ikunda,
24 mukambara+ wa muntu mushasha+ yaremwe+ hisunzwe ukugomba kw’Imana mu bugororotsi+ bw’ukuri no mu kudahemuka kw’ukuri.