2 Abakorinto 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Imana ari yo yavuze iti: “Umuco nukayangane uvuye mu mwiza+,” kandi yakayanganiye imitima yacu ngo iyiboneshereze+ n’ubumenyi buninahaye+ bw’Imana imbere ya Kristu+.
6 Kuko Imana ari yo yavuze iti: “Umuco nukayangane uvuye mu mwiza+,” kandi yakayanganiye imitima yacu ngo iyiboneshereze+ n’ubumenyi buninahaye+ bw’Imana imbere ya Kristu+.