Abaroma 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ubu na ho ndabwira mwebwe abanyamahanga. Kubera ko mu vy’ukuri ndi intumwa+ ku mahanga+, ndaninahaza+ ubusuku bwanje+, 1 Timoteyo 1:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ndashimira Kristu Yezu Umukama wacu, uwampaye ububasha, kuko yamfashe nk’umwizigirwa+ mu kunshinga ubusuku+,
13 Ubu na ho ndabwira mwebwe abanyamahanga. Kubera ko mu vy’ukuri ndi intumwa+ ku mahanga+, ndaninahaza+ ubusuku bwanje+,
12 Ndashimira Kristu Yezu Umukama wacu, uwampaye ububasha, kuko yamfashe nk’umwizigirwa+ mu kunshinga ubusuku+,