1 Abakorinto 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 mugabo twebwe twamamaza Kristu yamanitswe+, ku Bayuda akaba igitsitaza+ mugabo ku mahanga akaba ubupfu+;
23 mugabo twebwe twamamaza Kristu yamanitswe+, ku Bayuda akaba igitsitaza+ mugabo ku mahanga akaba ubupfu+;