Ivyakozwe 19:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko atuma i Makedoniya babiri mu bamukorera, ari bo Timoteyo+ na Erasito+, mugabo we ubwiwe atebera mu ntara ya Aziya igihe gitoyi. Ivyakozwe 20:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Bamushikiriye ababwira ati: “Murazi neza ingene kuva umusi wa mbere nahonyoje ikirenge mu ntara ya Aziya+ nagumanye namwe igihe cose+,
22 Nuko atuma i Makedoniya babiri mu bamukorera, ari bo Timoteyo+ na Erasito+, mugabo we ubwiwe atebera mu ntara ya Aziya igihe gitoyi.
18 Bamushikiriye ababwira ati: “Murazi neza ingene kuva umusi wa mbere nahonyoje ikirenge mu ntara ya Aziya+ nagumanye namwe igihe cose+,