Daniyeli 7:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 “‘Maze ubwami n’ubutware n’ubukuru bw’ubwami buri munsi y’amajuru yose, bihabwa abantu beranda ba Rudasumbwa+. Ubwami bwabo ni ubwami bwamaho igihe kitagira urugero+, kandi ubutware bwose ni bo buzokorera, bubagamburukire+.’
27 “‘Maze ubwami n’ubutware n’ubukuru bw’ubwami buri munsi y’amajuru yose, bihabwa abantu beranda ba Rudasumbwa+. Ubwami bwabo ni ubwami bwamaho igihe kitagira urugero+, kandi ubutware bwose ni bo buzokorera, bubagamburukire+.’