Abaroma 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Twahambanywe+ na we rero biciye ku kubatizwa kwacu mu rupfu rwiwe, kugira ngo nk’uko Kristu yazuwe mu bapfuye biciye ku buninahazwa bwa Se+, na twebwe nyene tugendere mu buzima bushasha+. 1 Abakorinto 15:48 Bibiliya y’isi nshasha 48 Nk’uko uwukozwe mu mukungugu+ ari, ni ko n’abakozwe mu mukungugu bari; kandi nk’uko uwo mw’ijuru+ ari, ni ko n’abo mw’ijuru bari+.
4 Twahambanywe+ na we rero biciye ku kubatizwa kwacu mu rupfu rwiwe, kugira ngo nk’uko Kristu yazuwe mu bapfuye biciye ku buninahazwa bwa Se+, na twebwe nyene tugendere mu buzima bushasha+.
48 Nk’uko uwukozwe mu mukungugu+ ari, ni ko n’abakozwe mu mukungugu bari; kandi nk’uko uwo mw’ijuru+ ari, ni ko n’abo mw’ijuru bari+.