1 Abakorinto 15:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ubibwa mu gateterwe+, ukazurwa mu buninahazwa+. Ubibwa mu bugoyagoye+, ukazurwa mu bubasha+. Abafilipi 1:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko mu binyerekeye, kubaho ni Kristu+, gupfa+ na kwo ni inyungu.