Abafilipi 1:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ivyo bibiri birandemera+; mugabo ico nipfuza koko ni ukubohorwa be n’ukubana na Kristu+, kuko nkako ico ari co kirushirije kuba ciza+.
23 Ivyo bibiri birandemera+; mugabo ico nipfuza koko ni ukubohorwa be n’ukubana na Kristu+, kuko nkako ico ari co kirushirije kuba ciza+.