2 Abakorinto 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Icompa mukanyihanganira mu busazi bwanje bukeyi+. Mugabo nkako, muranyihanganira! 2 Abakorinto 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ndongeye kubivuga: ntihagire uwiyumvira ko ndi imburabwenge. Ariko nimba vy’ukuri muvyiyumvira, nimunyemere naho noba mboneka nk’imburabwenge, kugira ngo nanje nirate gatoya+.
16 Ndongeye kubivuga: ntihagire uwiyumvira ko ndi imburabwenge. Ariko nimba vy’ukuri muvyiyumvira, nimunyemere naho noba mboneka nk’imburabwenge, kugira ngo nanje nirate gatoya+.