Gusubira mu vyagezwe 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 umuvyimba wiwe ntuze urare ku giti+; ahubwo utegerezwa kumuhamba kuri uyo musi, kuko uwumanitswe ari ikintu kivumwe ku Mana+. Ntuze uhumanye ubutaka bwawe, ubwo Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa+. Abaroma 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 kuko muri yo ari ho ubugororotsi bw’Imana+ buriko burahishurwa bivanye n’ukwizera+ kandi bikagana ku kwizera, nk’uko vyanditswe ngo: “Mugabo umugororotsi—azobeshwaho n’ukwizera+.”
23 umuvyimba wiwe ntuze urare ku giti+; ahubwo utegerezwa kumuhamba kuri uyo musi, kuko uwumanitswe ari ikintu kivumwe ku Mana+. Ntuze uhumanye ubutaka bwawe, ubwo Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa+.
17 kuko muri yo ari ho ubugororotsi bw’Imana+ buriko burahishurwa bivanye n’ukwizera+ kandi bikagana ku kwizera, nk’uko vyanditswe ngo: “Mugabo umugororotsi—azobeshwaho n’ukwizera+.”