Yohani 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Dutegerezwa gukora ibikorwa vy’uwandungitse hakiri ku murango+; ijoro+ ririko riraza aho ata muntu n’umwe ashobora gukora. Abaheburayo 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 mugabo mugume muhimirizanya+ ku musi ku musi, hacitwa “Uno musi+,” kugira ngo ntihagire uwo muri mwebwe akomantazwa n’ububasha buhendana+ bw’igicumuro.
4 Dutegerezwa gukora ibikorwa vy’uwandungitse hakiri ku murango+; ijoro+ ririko riraza aho ata muntu n’umwe ashobora gukora.
13 mugabo mugume muhimirizanya+ ku musi ku musi, hacitwa “Uno musi+,” kugira ngo ntihagire uwo muri mwebwe akomantazwa n’ububasha buhendana+ bw’igicumuro.