2 Abakorinto 6:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuza rute n’ibigirwamana+? Kuko turi urusengero+ rw’Imana nzima; nk’uko Imana yavuze iti: “Nzoba muri bo+ ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.” 2 Petero 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Biciye kuri ivyo bintu yaraduhaye ku buntu ya mihango y’agaciro kandi y’agahambaye+, kugira ngo biciye kuri yo mube abasangiye akamere+ k’Imana+, mukaba mwarakize ubwononekare buri mw’isi+ buva ku nambu ikomeye.
16 Kandi urusengero rw’Imana ruhuza rute n’ibigirwamana+? Kuko turi urusengero+ rw’Imana nzima; nk’uko Imana yavuze iti: “Nzoba muri bo+ ngendere muri bo, kandi nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”
4 Biciye kuri ivyo bintu yaraduhaye ku buntu ya mihango y’agaciro kandi y’agahambaye+, kugira ngo biciye kuri yo mube abasangiye akamere+ k’Imana+, mukaba mwarakize ubwononekare buri mw’isi+ buva ku nambu ikomeye.