2 Abakorinto 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ntituriko twongera kwishimagiza+ kuri mwebwe, ahubwo turiko tubaha akaryo ko kwirata mu bijanye natwe+, kugira muronke ico mwishura abiratira ibiboneka inyuma+, mugabo batiratira umutima+.
12 Ntituriko twongera kwishimagiza+ kuri mwebwe, ahubwo turiko tubaha akaryo ko kwirata mu bijanye natwe+, kugira muronke ico mwishura abiratira ibiboneka inyuma+, mugabo batiratira umutima+.