2 Abakorinto 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko nzi umutima ukunze mufise, uwo nirata ku Banyamakedoniya ku biberekeye, yuko intara ya Akaya ubu imaze umwaka yiteguye+, kandi umwete wanyu warakabuye benshi muri bo. 1 Timoteyo 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ubategeke gukora ivyiza+, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza+, gutanga batitangira, bagabirije gusangira n’abandi+,
2 kuko nzi umutima ukunze mufise, uwo nirata ku Banyamakedoniya ku biberekeye, yuko intara ya Akaya ubu imaze umwaka yiteguye+, kandi umwete wanyu warakabuye benshi muri bo.
18 ubategeke gukora ivyiza+, kuba abatunzi mu bikorwa vyiza+, gutanga batitangira, bagabirije gusangira n’abandi+,