1 Abakorinto 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mugabo ninashika iyo, abantu abo ari bo bose muzoshima biciye ku makete+, ni bo nzorungika bajane i Yeruzalemu ingabirano yanyu itanganywe umutima mwiza.
3 Mugabo ninashika iyo, abantu abo ari bo bose muzoshima biciye ku makete+, ni bo nzorungika bajane i Yeruzalemu ingabirano yanyu itanganywe umutima mwiza.