Matayo 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Namwe nyene mureke umuco+ wanyu wakire imbere y’abantu, kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+ hanyuma baninahaze+ So ari mw’ijuru. Abaheburayo 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Vyongeye, ntimwibagire gukora iciza+ be no gusangira ibintu n’abandi, kuko mwene ivyo bimazi ari vyo bihimbara Imana rwose+. Yakobo 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+. 1 Yohani 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo uwo wese afise uburyo bwo kwibeshaho bwo muri iyi si+ akabona mwene wabo ari mu mukeno+ yamara akamwugarirako impuhwe ziwe z’ikibabarwe+, mbega urukundo rw’Imana ruguma muri we gute+?
16 Namwe nyene mureke umuco+ wanyu wakire imbere y’abantu, kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+ hanyuma baninahaze+ So ari mw’ijuru.
16 Vyongeye, ntimwibagire gukora iciza+ be no gusangira ibintu n’abandi, kuko mwene ivyo bimazi ari vyo bihimbara Imana rwose+.
27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+.
17 Mugabo uwo wese afise uburyo bwo kwibeshaho bwo muri iyi si+ akabona mwene wabo ari mu mukeno+ yamara akamwugarirako impuhwe ziwe z’ikibabarwe+, mbega urukundo rw’Imana ruguma muri we gute+?