Luka 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ndabibabwiye: Uyo muntu yamanutse i muhira iwe abonetse ko ari umugororotsi+ kuruta urya wundi; kuko uwo wese yishira hejuru azoteterezwa, mugabo uwicisha bugufi we akazoshirwa hejuru+.”
14 Ndabibabwiye: Uyo muntu yamanutse i muhira iwe abonetse ko ari umugororotsi+ kuruta urya wundi; kuko uwo wese yishira hejuru azoteterezwa, mugabo uwicisha bugufi we akazoshirwa hejuru+.”