1 Abakorinto 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi naje iwanyu mu bugoyagoye no mu bwoba, njugumira cane+; 2 Abakorinto 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Jewe Paulo rero ndabinginga biciye ku bwitonzi+ n’ubuntu+ bwa Kristu, naho mboneka ko nciye bugufi+ muri mwebwe, ariko iyo ntahari nkabatinyuka+.
10 Jewe Paulo rero ndabinginga biciye ku bwitonzi+ n’ubuntu+ bwa Kristu, naho mboneka ko nciye bugufi+ muri mwebwe, ariko iyo ntahari nkabatinyuka+.