ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 ndabandikiye mwebwe abakundwa b’Imana bose bari i Roma, bahamagariwe+ kuba aberanda+:

      Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro+ biva ku Mana Data wa twese no ku Mukama Yezu Kristu+.

  • Abanyefeso 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Hahezagirwe Imana ari yo Se w’Umukama wacu Yezu Kristu+, kuko yaduhezagije+ umuhezagiro wose wo mu vy’impwemu mu bibanza vyo mw’ijuru+ mu bumwe na Kristu,

  • Abafilipi 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva ku Mana Data wa twese no ku Mukama Yezu Kristu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika