Ivyakozwe 9:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko nzomwereka neza ibintu vyose bitegerezwa kumushikira ku bw’izina ryanje+.” 2 Abakorinto 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ahubwo muri vyose turishimagiza+ nk’abasuku b’Imana, mu kwihanganira vyinshi, mu makuba, mu bihe vy’umukeno, mu ngorane+, 1 Petero 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nkako, iyo nzira ni yo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira ngo mukurikire neza intambuko ziwe+.
4 ahubwo muri vyose turishimagiza+ nk’abasuku b’Imana, mu kwihanganira vyinshi, mu makuba, mu bihe vy’umukeno, mu ngorane+,
21 Nkako, iyo nzira ni yo mwahamagariwe, kuko na Kristu yababajwe ku bwanyu+, aba abasigiye akarorero kugira ngo mukurikire neza intambuko ziwe+.