Ivyakozwe 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amazeyo amezi atatu, kubera ko Abayuda bari bamugiriye umugambi mubi+ igihe yagira afate ubwato ngo aje i Siriya, afata ingingo yo gusubira inyuma aciye i Makedoniya.
3 Amazeyo amezi atatu, kubera ko Abayuda bari bamugiriye umugambi mubi+ igihe yagira afate ubwato ngo aje i Siriya, afata ingingo yo gusubira inyuma aciye i Makedoniya.