1 Abakorinto 14:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ahandiho, niwashikana ishemezo biciye ku ngabirano y’impwemu, uwicaye mu kibanza c’umuntu asanzwe azovuga gute ngo “Amen+” ku gukenguruka kwawe, ko ataba azi ivyo uriko uravuga? Ivyahishuwe 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Lawodiseya+ na we uti: Ibi ni vyo Amen+ avuga, ca cabona+ cizigirwa+ kandi c’ukuri+, intango y’ivyaremwe n’Imana+:
16 Ahandiho, niwashikana ishemezo biciye ku ngabirano y’impwemu, uwicaye mu kibanza c’umuntu asanzwe azovuga gute ngo “Amen+” ku gukenguruka kwawe, ko ataba azi ivyo uriko uravuga?
14 “Andikira umumarayika w’ishengero ry’i Lawodiseya+ na we uti: Ibi ni vyo Amen+ avuga, ca cabona+ cizigirwa+ kandi c’ukuri+, intango y’ivyaremwe n’Imana+: