Abaroma 1:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko Imana, iyo nkorera igikorwa ceranda n’impwemu yanje ku bijanye n’inkuru nziza yerekeye Umwana wayo, ari yo cabona canje+ c’ukuntu nama ndabashira mu masengesho yanje ubudahengeshanya+, Abafilipi 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko Imana ari yo cabona canje c’ingene ndabakumbuye mwese ku buryo ndabumvira ikibabarwe+ nk’ico Kristu Yezu afise.
9 Kuko Imana, iyo nkorera igikorwa ceranda n’impwemu yanje ku bijanye n’inkuru nziza yerekeye Umwana wayo, ari yo cabona canje+ c’ukuntu nama ndabashira mu masengesho yanje ubudahengeshanya+,
8 Kuko Imana ari yo cabona canje c’ingene ndabakumbuye mwese ku buryo ndabumvira ikibabarwe+ nk’ico Kristu Yezu afise.