Yohani 20:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu amubwira ati: “Reka kunyumirako. Kuko ntaraduga kwa Data. Ahubwo genda kuri bene wacu+ ubabwire uti: ‘Ngira nduge kwa Dawe+ ari we So, ku Mana yanje+ ari yo Mana yanyu+.’” Abanyefeso 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 hari Imana imwe+ ikaba na Se wa bose, iri hejuru ya bose, ikora biciye kuri bose kandi igakorera muri bose.
17 Yezu amubwira ati: “Reka kunyumirako. Kuko ntaraduga kwa Data. Ahubwo genda kuri bene wacu+ ubabwire uti: ‘Ngira nduge kwa Dawe+ ari we So, ku Mana yanje+ ari yo Mana yanyu+.’”
6 hari Imana imwe+ ikaba na Se wa bose, iri hejuru ya bose, ikora biciye kuri bose kandi igakorera muri bose.