Abaroma 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ni vyiza! Kubera ukutizera+ kwabo barahanyuwe, mugabo wewe uhagaze ubihawe n’ukwizera+. Reka kugira ivyiyumviro vyo kwishira hejuru+, ahubwo tinya+.
20 Ni vyiza! Kubera ukutizera+ kwabo barahanyuwe, mugabo wewe uhagaze ubihawe n’ukwizera+. Reka kugira ivyiyumviro vyo kwishira hejuru+, ahubwo tinya+.