Luka 22:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Simoni, Simoni, ehe Shetani+ yabasavye ngo abagosore nk’ingano+. Abanyefeso 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kuko dufise intambara yo kunigana+, atari ukunigana n’abantu b’amaraso n’inyama, ahubwo tunigana n’intwaro+, n’ubukuru+, n’abatware b’iyi si+ y’umwiza, n’ibinyankomezi vy’impwemu vy’ibibisha+ mu bibanza vyo mw’ijuru. 2 Timoteyo 2:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 bakagarura ubwenge bakava mu mutego+ wa Shetani*, kubera ko bafashwe na we ari bazima+ ku bw’ukugomba kw’uyo.
12 kuko dufise intambara yo kunigana+, atari ukunigana n’abantu b’amaraso n’inyama, ahubwo tunigana n’intwaro+, n’ubukuru+, n’abatware b’iyi si+ y’umwiza, n’ibinyankomezi vy’impwemu vy’ibibisha+ mu bibanza vyo mw’ijuru.
26 bakagarura ubwenge bakava mu mutego+ wa Shetani*, kubera ko bafashwe na we ari bazima+ ku bw’ukugomba kw’uyo.