Ivyakozwe 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Filipo we, amanuka mu gisagara ca Samariya+, atangura kwamamaza Kristu kuri bo.