Yohani 6:63 Bibiliya y’isi nshasha 63 Impwemu ni yo itanga ubuzima+; umubiri nta co umaze na gato. Amajambo mbabwiye ni impwemu+ kandi ni ubuzima+.
63 Impwemu ni yo itanga ubuzima+; umubiri nta co umaze na gato. Amajambo mbabwiye ni impwemu+ kandi ni ubuzima+.