Abaroma 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Na mwebwe nyene: mwibone ko mwapfuye+ koko ku bijanye n’igicumuro mugabo ko muri bazima+ ku bijanye n’Imana biciye kuri Kristu Yezu. Abaheburayo 9:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+?
11 Na mwebwe nyene: mwibone ko mwapfuye+ koko ku bijanye n’igicumuro mugabo ko muri bazima+ ku bijanye n’Imana biciye kuri Kristu Yezu.
14 none amaraso+ ya Kristu, uwishikanye ku Mana atagira ikirabagu+ biciye ku mpwemu idahera+, ntazorushiriza guhumanura amajwi yacu yo mu mutima agakira ibikorwa bipfuye+ kugira dukorere ya Mana nzima igikorwa ceranda+?