2 Abakorinto 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kandi yapfiriye bose kugira ngo abariho ntibabe bakibaho ku bwabo+, ahubwo babeho ku bw’umwe+ yabapfira hanyuma akazurwa+.
15 kandi yapfiriye bose kugira ngo abariho ntibabe bakibaho ku bwabo+, ahubwo babeho ku bw’umwe+ yabapfira hanyuma akazurwa+.