1 Abakorinto 16:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nimba hari uwutiyumvamwo Umukama, arakavumwa+. Ewe Mukama wacu, ingo+! Abagalatiya 5:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Icompa abantu bariko barondera kubatembagaza+ bagashika no ku kwikonesha+!