Matayo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.” Yohani 8:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Yezu ababwira ati: “Iyo Imana iba ari yo So, muba munkunda+, kuko navuye ku Mana, nkaba ndi hano+. Kandi sinaje ndavyigeneye na gato, mugabo Uwo ni we yantumye+.
17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.”
42 Yezu ababwira ati: “Iyo Imana iba ari yo So, muba munkunda+, kuko navuye ku Mana, nkaba ndi hano+. Kandi sinaje ndavyigeneye na gato, mugabo Uwo ni we yantumye+.