2 Samweli 19:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yarabesheye+ rero umusuku wawe ku mukama wanje umwami. Mugabo umukama wanje umwami ameze nk’umumarayika+ w’Imana y’ukuri; nukore rero ico ubona ko ari ciza mu maso yawe.
27 Yarabesheye+ rero umusuku wawe ku mukama wanje umwami. Mugabo umukama wanje umwami ameze nk’umumarayika+ w’Imana y’ukuri; nukore rero ico ubona ko ari ciza mu maso yawe.