Matayo 10:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 “Uwubakiriye na jewe aba anyakiriye, kandi uwunyakiriye aba yakiriye n’uwantumye+. Yohani 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Uwakiriye uwo ndungitse wese na jewe aba anyakiriye+. Uwunyakiriye na we, aba yakiriye n’uwandungitse+.”
20 Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Uwakiriye uwo ndungitse wese na jewe aba anyakiriye+. Uwunyakiriye na we, aba yakiriye n’uwandungitse+.”