Imigani 27:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ibikomere bitewe n’umukunzi ni ivyizigirwa+, mugabo gusomagurwa n’umwankanyi ni ivyo gusaba winginga+. Yesaya 63:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo bo baragararije+, bababaza impwemu nyeranda yiwe+. Yaciye ahinduka umwansi+ wabo, we ubwiwe arabarwanya+. Abaheburayo 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 kuko uwo Yehova akunda amutoza indero; nkako, ahushagura uwo wese yakira nk’umwana wiwe+.”
6 Ibikomere bitewe n’umukunzi ni ivyizigirwa+, mugabo gusomagurwa n’umwankanyi ni ivyo gusaba winginga+.
10 Mugabo bo baragararije+, bababaza impwemu nyeranda yiwe+. Yaciye ahinduka umwansi+ wabo, we ubwiwe arabarwanya+.