Ivyakozwe 20:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 kandi muri mwebwe ubwanyu hazohaguruka abagabo bavuge ibigoramanze+ kugira ngo bakwegere abigishwa inyuma yabo+. Abafilipi 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko abandi bose bironderera inyungu zabo bwite+, atari iza Kristu Yezu.
30 kandi muri mwebwe ubwanyu hazohaguruka abagabo bavuge ibigoramanze+ kugira ngo bakwegere abigishwa inyuma yabo+.