Ivyakozwe 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko Sauli atangura gutikiza ishengero. Yitera mu nzu no mu yindi, aburutira hanze abagabo n’abagore, akabatwara mw’ibohero+. Ivyakozwe 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo Sauli, agipfuhagira iterabwoba n’ubwicanyi+ ku bigishwa+ b’Umukama, aja ku muherezi mukuru, Ivyakozwe 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kandi narahama iyi Nzira gushika ku rupfu+, nkaboha nkongera ngatanga ku mabohero+ abagabo n’abagore, Ivyakozwe 26:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi mu kubahana kenshi mu masinagogi yose+ naragerageza kubahata ngo bihakane ukwizera; kandi kubera ko nari nasaze bimwe birengeje mu kubanka, naraheba nkabahama no mu bisagara vyo hanze.
3 Ariko Sauli atangura gutikiza ishengero. Yitera mu nzu no mu yindi, aburutira hanze abagabo n’abagore, akabatwara mw’ibohero+.
4 Kandi narahama iyi Nzira gushika ku rupfu+, nkaboha nkongera ngatanga ku mabohero+ abagabo n’abagore,
11 Kandi mu kubahana kenshi mu masinagogi yose+ naragerageza kubahata ngo bihakane ukwizera; kandi kubera ko nari nasaze bimwe birengeje mu kubanka, naraheba nkabahama no mu bisagara vyo hanze.