Abagalatiya 5:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ntiturondere kwishira imbere, tuvyura uguhiganwa+, tugiriranira agashari+.